POPNABLE
burundi
[Edit Photo]
|
Download New Songs
Listen & stream |
|
"AMAHITAMWO S'URWANKO" has reached
12.7K total views,
2.2K likes,
and dislikes on YouTube.
The song has been submitted on
19/05/2025
and spent weeks on the charts.
The original name of the music video "AMAHITAMWO S'URWANKO" is "AMAHITAMWO S'URWANKO - MKOMBOZI ( OFFICIAL AUDIO )".
"AMAHITAMWO S'URWANKO" has been published on Youtube at 19/05/2025 11:41:40
AMAHITAMWO S'URWANKO n'indirimbo nakoze nisunze kukahise k'Uburundi aho ibibazo vyose twaciyemwo vyari bihagaze kuguhorana .
AMAHITAMWO mumice 2:
;Y'IMANA : Uko Imana yahisemwo kurema umuntu vyaratumye babimuhora ataco yaterereye mukuronka izuru canke ibindi Imana itanga mukurema
;Y'UMUGAMBWE : Haribenshi bitavye IMANA kubera uguhitamwo gusa umugambwe abandi barangazwa kubera ikintu tutazigera duhurirako kuko ntitwosangira amahitamwo aho nabagore twobasangiye twese tugahitamwo umwe, n'impuzu wambaye wazihisemwo muri nyinshi ariko ntarwanko warufitiye izozindi.
nasanze ko intambara yamahitamwo tutazopfa tuyihejeje kurivyo urugamba tutazonesha kuki rutumara inguvu rukadutwara umwanya twokoresheje mw'iterambere ry'uburundi bwacu.
nsavyenshimitse abarundibose mubutandukane bwacu tubunga bunge UBUMWE NAYAMAHORO TURIMWO MUKWIRINDA IVYOTUMA YADUCA MUNTOKE